Ico twobafasha
  • Ushobora gukoresha ama serevisi yose ya Lumitel gute?

    Fyonda *800# uronke urukurikirane rw’ama serevisi VAS ya Lumitel

  • Ushiramwo gute umuhora wa interenet muri terefone yawe ?

    Kugira uronke ubuumwa bw’ukungene ushiramwo umuhora wa interenet muri terefone yawe, rungika SET kuri 850 canke mushobora kuvyikorera mwbwe nyene uku bikurikira: - Izina ry’umuhora: Lumitel - APN: interenet

  • Umutekero MB wa Lumitel n’iki?

    Umutetero MB wa Lumitel ni bonus ikoreshwa kugira muronke ama serevisi ya Lumitel nka : umuziki(musicbox.bi), mobiletv(mobiletv.bi), amakuru(igihe.bi,iwacu.bi) n’ibindi bindi.

  • Uraba gute umutekero w’amafaranga ufise ku muhora wa interenet?

    Fyonda *150#OK hanyuma uhitemwo 8

  • Winjiza gute serevisi y’umuhora interenete?

    Fyonda *150#OK, uhitemwo umutekero wipfuza

  • Nogura gute umutekero w’inyongera?

    Fyonda *140# hanyuma uhitemwo umutekero ushatse

  • Ndungika gute ‘Murashobora kumpamagara’?

    Fyonda *800*4# hama ushiremwo I nimero ya Lumitel. Murashobora kurungika incuro gatanu ‘Murashobora kumpamagara’ ku musi.

  • Ni gute nshobora kurungika amahera ku yindi nimero?

    Fyonda *130*I nimero y’uwo urungikiye*umutekero w’amahera umurungikiye#

  • Ni gute nshobora kuraba umutekero nsigaranye?

    Fyonda *131#OK.

  • Nshiramwo umutekero w’ama inite gute?

    Fyonda *130*Ibiharuro#OK canke hamagara 100 ukurikize ivyo bakubwiye

  • Nohindura ururimi gute?

    Fyonda *140# hanyuma uhitemwo

  • Nomenya I nimero yanje gute?

    Fyonda *100# kugira umenye I nimero yawe

  • I karata Simu itangura gukora gute?

    Uhejeje kugura I karata Simu, hamagara I nimero iyo ari yo yose ushaka kugira ngo I karata simu yawe itangure ikore ku mugaragaro.

Karuzi Shop

Quartier Soko, en face du marché, près de la Régie Nationale des Postes Agence Karuzi

Gitega Shop

#21, Avenue du Marché, Colline Shatanya II

Bujumbura Mairie 2

RN09, 14ème Avenue, Quartier Bukirasazi, Commune Kinama

Cankuzo Shop

Quartier Commercial, près du marché, aux anciens locaux du Hôtel Mahango

Kanyosha Shop

No 174, RN3, Quartier Gisyo, Kanyosha

Cibitoke Shop

Colline Mparambo I, Commune Rugombo

Bubanza Shop

Colline Centre Ville, Commune Bubanza

Mwaro Shop

Gihinga, Mwaro Centre

Makamba Shop

RN11, Makamba I Quartier

Muramvya Shop

Road RN2, Muramvya

Bururi Shop

Quartier 1, RN3, Colline Kanyenkoko (Ruvuzo), Commune Rumonge

Muyinga Shop

Quartier Centre Ville, RN6, en face de la banque BGF, devant le marché

Ngozi Shop

Quartier Gabiro, Ngozi

Kayanza Shop

Musave, Kayanza

Ruyigi Shop

G141, RN13, Sanzu III, Ruyigi

Rutana Shop

Colline Rutana, Commue Rutana

Kirundo Shop

Quartier Kavogero, Kirundo

Bujumbura Mairie 1

RN01,Quartier Taba,Commune Gihosha

Bujumbura Mairie Center

Immeuble Babika Tower, Centre Ville, Commune Rohero

Abo turi

ABO TURI

ABO TURI

ABO TURI

Contact Us