Veuillez m'appeler

Call Me Back nigisata kirekurira abanywanyi ba Lumitel gusaba uwundi munywanyi kumuhamagara.

Igiciro

Abanywanyi ba Lumitel ntamahera bariha kuriki gisata

Uko igisata gikora

  • Kugira urungike ubutumwa na Call me Back: fyonda *800*4*Numero ya Lumitel# muce mwemeza na 1
  • Iki gisata ni icabafise ikarata SIM ya Lumitel gusa
  • Umunywanyi ntashobora kurungika ama Call me back arenga 5

Kugira ukoreshe ico gisata

Uba ufise ikarata simu ya Lumitel.Nturenza ubutumwa 5 kumusi.