Musicbox

Musicbox n'igisata gitanga imiziki uciye kurubuga rwa internet  http://musicbox.bi/ kandi gifasha abagikoresha kumviriza umuziki, kurondera indirimbo no gushiramwoumudiho mwiterefone. Abazikoresha barashobora kuzironka bitagoranye baciye kuri http://musicbox.bi/

Igiciro

  • Kubanywanyi VIP, kwiyandikisha namaranga 100 kundwi kundwi. (Ayo mafranga iyo maze kwiyandikisha aza arirungika yonyene ugaca uronka message yuko yirungitse)

                - Wiyandikishije VIP ushobora gutelechargea indirimbo, amavideo namasanamu yose ari kuri Musicbox kubuntu.

                - Ntamahera ya internet bitwara.

  •  Kubanywanyi basanzwe:

                - Ntamafranga yo kwiyandikisha akenewe

                - Gutelechargea indirimbo canke video ni kubuntu

                 - Kugira ushobore kuja kuri Muiscbox ukenera Bonus ya Lumitel canke internet

Uko igisata gikora

  • Kugira mwiyandikishe mu gisata ca Musicbox VIP,mukurondera indirimbo zidahera, udukengeri hamwe nuko iterefone yanyu iboneka fyonda*800*50#
  • Kugira ushime imiziki yose genda kuri : http://musicbox.bi/
  • Mugukuramwo Musicbox VIP, fyonda *800*52#

Kugira ukoreshe ico Igisata

Kuba ufise ikarata Simu ya Lumitel