MobileTV

Mobile Tv n’igisata gihabwa abanywanyi ba Lumitel kugira barabe tereviziyo ( EWTN, TV5 Monde Afrique, 4AJS, Church, TBN, CCTVFR, NewWord Sport1, France 24, RTNB, New Word Cinema, BB24, Boom TV, TV1

 

) hamwe n' ama video bakoresheje amaterefone agezweho.

Igiciro

  • LiveTV: Kwiyandikisha kuraba télévisiyo ni  kubuntu

 

  •  VOD:

                  - Umutekero VIP : Amahera yo kwiyandikisha, gutélécharga ama videos uko ushatse ni kubuntu

                  - Umunywanyi asanzwe: Ni kubuntu ugakoresha internet yawe.

Uko igisata gikora

Kugira urabe televiziyo, andika http://mobiletv.bi hama uhitemwo LiveTv

  • Kugira mwiyandikishe kuri LiveTv,fyonda *800*60#
  • Kugira muronke urutonde rwa ma terevisiyo,fyonda *800*63#
  • Kugira  mukuremwo LiveTv,fyonda *800*62#Kugira murabe imirongo yama terevisiyo muca kurubuga rwa internet http://mobiletv.bi hama mugahitamwo Live Tv
  • Kugira murabe ama video muca kuri http://mobiletv.bi hama muhitemwe VOD
  • Kugira murabe urutonde rudahera rwama video VOD, fyonda *800*66#
  • Kugira mukuremwo VOD, fyonda*800*67#