LumiCash

LumiCash ni igisata co kurungikiranira amafaranga mukoresheje terefone ngendanwa. LumiCash ni ubuhinga bugezweho mwitumatumana ry’amakuru aho terephone ngendanwa ihinduka ingodo yanyu ikabatuma mushobora gutunganya ikonte yanyu umwanya wose mushakiye atankomanzi, 24/7.

LumiCash igufasha iki ?

-Kubika amafaranga

-Kubikura amafaranga

-Kurungikira amafaranga umunywanyi wese wa Lumitel

-Kugura ama inite

-Kuriha umudandaza

Wiyandikisha gute muri LumiCash ?

Fyonda *163# muce mukurikiza ibisabwa. Murashobora no kuja ku mangazini ya Lumitel canke ahari umukozi wa LumiCash  mwibangikanije ikarata karangamuntu canke igitabo c’inzira canyu babibafashemwo.

Nokwizera LumiCash ?

Amafaranga mubika kw’ikonte yanyu ya LumiCash akingirwa na kode PIN igizwe n’ibiharuro 4 bimenywa n’umunywanyi gusa. Umunywanyi ategerezwa kubigira ibanga.

Ibiciro vya Lumicash

Make ashoboka

(Fbu)

Menshi ashoboka

(Fbu)

Igiciro co kurungika (Fbu)

Igiciro co kubikura

Umuntu yanditswe

Umuntu atanditswe

500

999

70

N/A

N/A

1,000

5,000

150

550

200

5,001

10,000

250

900

300

10,001

15,000

300

1050

400

15,001

20,000

400

1250

500

20,001

30,000

550

1550

650

30,001

45,000

700

1900

850

45,001

60,000

850

2200

1000

60,001

75,000

1050

2750

1350

75,001

100,000

1350

3300

1550

100,001

150,000

1750

4000

1850

150,001

200,000

2100

4700

2200

200,001

300,000

2600

6000

2950

300,001

400,000

2950

6950

3300

400,001

500,000

3500

8400

4200

500,001

1,000,000

4500

13500

7000