Facebook USSD

Facebook USSD ni igisata gituma abanwanyi bose ba Lumitel baja kuri facebook batarinze gukoresha smartphone canke interenete yo mwi terefone.
 
Uko igisata gikora:
  1. Gushiramwo umutekero wa Facebook USSD, fyonda *325#
  2. Kugira utangure gukoresha Facebook yawe, fyonda *325# wahejeje gushiramwo umutekero wa Facebook USSD.
 
Igiciro : 
  • Umutekero wo ku munsi: 30 Fbu,