Alerte Appels Manqués

MCA(Missed Call Alert) Ni igisata gifasha abanywanyi ba Lumitel kubona inomero zose zabahamagaye hakoreshejwe ubutumwa mugihe iterefone izimije,irahantu hadafata canke mugihe iba iriko irakoreshwa.

Igiciro

Abanywanyi ba Lumitel bariha amafaranga 50 kukwezi kuriki gisata.

Uko igisata gikora

  • Kugira mukoreshe MCA, Fyonda *800*20#
  • Kugira uronke urutonde rwa MCA, Fyonda *800*21#
  • Kugira ukuremwo MCA,fyonda *800*22#