Yellow SIM

 Ikarata Simu Lumitel y’umuhondo ni igisata ca Lumitel kibaha uburusho bwinshi bushimishije, ku biciro biri hasi.   Umuhora wa mbere munini, ukwiye igihugu cose unyaruka cane kandi uzimbutse kurusha iyindi mihora yose. Ikarata Simu Lumitel y’umuhondo niyo mukenera imbere ya vyose kugira ngo muje ku muhora.


Ukungene bikora:

  • Ukigura ikarata SIM usangamwo 500Fbu ukiyigura,ukaronka 30MB na SMS 30 kuma inité yambere y'ukwezi uguze ivyo vyose ukabironka ikiringo camezi 3 kuva uguze ikarata SIM
  • Hamagara kuri Lumitel ukoresheje 145Fbu ku munota canke Amafranga 2.4 kumu seconda. Kuyindi mihora ni 200Fbu ku munota canke 3.33Fbu kumu seconda
  • Ukoresheje umuhora wa Lumitel, uriha kw’i segonda : uhamagaye ama segonda atandatu, uriha atandatu ; uriha umwanya wavuze.

Ibiciro:

 

Kuri Lumitel

Ku yindi mihora

Guhamagara

2.4Fbu/sec

3.33Fbu/sec (200Fbu/min)

Ubutumwa

20 Fbu/SMS

30Fbu/SMS

 

Ibiciro vyo guhamagara hanze:

Zone

Ibihugu

Igiciro (Fbu/min)

Zone 1

USA, Canada, Inde, China

120

Zone 2

Sweden

155

Zone 3

Viet Nam, Russie

175

Zone 4

France

205

Zone 5

Australia

255

Zone 6

Belgium,  Netherlands , Nigeria

275

Zone 7

Germany

295

Zone 8

South Africa

325

Zone 9

Egypt

375

Zone 10

United Arab Emirates,New Zealand

425

Zone 11

UK, Danemark, Norvège, Japon, Thailande, Cambodge, Laos, Timor Lest, Haiti, Perou, Cameroun, Mozambique

625

Zone 12

Senegal, Ouganda

725

Zone 13

Tanzanie

775

Zone 14

RDC

1025

Zone 15

Congo Brazaville

825

Zone 16

Somalie

1125

Zone 17

Mu bindi bihugu

1325

Zone 18

Satellite

6425

SMS (Fbu)

USA, Canada, China, India, Congo Brazaville, DRC,Tanzania, Uganda, Australia, Kenya, Central Africa Republic  

90

Belgium, South African

150

          Mubindi bihugu

170

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Kugira umenye inomero yawe fyonda: *600#

  • Kuraba numero yawe: * 600 #
  • Kuraba amahera usigaranye: fyonda* 131 #
  • Gushiramwo amahera mu terefone yawe: ibiharuro* 130 #
  • Kurungika amahera ku mugenzi: fyonda* 130 * i nimero* amahera ushaka kurungika#
  • Gushiramwo FREETALK: *140#
  • Kugura ama MB: *150#
  • Kumenya ibisata vyose vya Lumitel: *800#
  • Kubaza, Hamagara kuri 100

Menya Neza

  • Ikarata yanyu ntiyugarwa uhamagara canke ukarungika ubutumwa mu minsi 60