Roaming

Igisata ca Roaming mu mahanga ifasha abanywanyi kuguma bavugana igihe bafashe ingendo mu mahanga bagashobora kuguma bakoresha ama karata Simu n’ama nimero yabo, vyose bigashoboka muri prepaye na postpaye.

Ku muhora urenza imihora amajana atatu(300) mu bihugu 110 kw’isi, muzokwiyumva ko muri muhira aho hose mutemberera na Lumitel Roaming.

Na Roaming, isanzure nkuko woba uri muhira na Lumitel.

 

  • Umuhora ukoresha barashobora kuwugutorako buri mwanya : Mushobora kuvugana, mugahamagara, mukarungika ubutumwa mukoresheje ubuhinga bwa GPRS/EDGE n’ayandi ma serevisi mukoresheje inimero yanyu nkuko bisanzwe naho mwojabuka mu mahanga.
  • Iroroshe gukoresha : Iyo mwakije i terefone yanyu, ikarata SIMU yanyu ica yakira ubwo nyene imihora y’ibindi bihugu ifitaniye amasezerano na Roaming y’ubudandaji na Lumitel.
  • I kode yo kuboroheza kuriha : Muriha ubwo nyene kandi muri Lumitel yonyene.

1. Ibiciro

  • Mu guhamagara : Umunota  + ku gisata c’umunota(duharura guhera ku musegond wa mbere)
  • Ku Butumwa SMS : Indome 160 kuri SMS
  • Kuronka Ubutumwa SMS: ni ku buntu
  • Ku makuru atandukanye(GPRS/EDGE/G): igisata ca 10KB guteranya harimwo kuronka kubironka ku muhora wa internet)

 

 

Zone

Guhamagara kw’I terefone(FBUku munota)

SMS Ubutumwa

(FBU/sms)

Umutekero(FBU kuri MB)

Kuronka ihamagara

Ihamagara ku butaka bw’igihugu

Ihamagara ryinjira mu Burundi

Ihamagara ku bindi bihugu

Satellite(Ikigendajuru)

1

325

500

800

1,200

10,000

200

1,600

2

500

650

1,600

4,000

10,000

500

12,500

3

1,075

1,260

3,900

4,800

10,000

500

16,000

4

1,200

2,400

5,650

5,650

10,000

600

23,500

5

8,000

8,000

10,000

10,000

10,000

1,400

40,000

 
Ibi biciro ntibirimwo ama  kori
  • Zone ya mbere: Imihora ya Viettel (Metfone / Cambodge, Unitel / Laos, Telemor / Timor de L’Est, Natcom / Haïti, Bitel / Pérou, Movitel / Mozambique, Nexttel / Cameroun).
  • Zone ya kabiri: Rwanda, Tanzanie, Ouganda, RDC, Kenya, Vietnam.
  • Zone ya gatatu: Congo, République centrafricaine, Angola, Afrique du Sud, Zambie, Malawi, Maroc, Algérie, France, Royaume-Uni, Allemagne, Italie, Belgique, Russie, Espagne, Pays-Bas, Émirats arabes unis, Arabie Saoudite, Chine, l'Inde , le Japon, la Corée du Sud, Etats-Unis, Canada, Australie.
  • Zone ya kane: Ibindi bihande vy’isi
  • Zone ya gatanu: Imihora ya satellite.

2. Ukungene bikora :

i)- Abanywanyi mu buhinga Prepaye

  • I serevisi ya Roaming ijamwo ubwo nyene ku banywanyi prepaye
  • Ibisabwa kugirango ikore: ni kuba ufise umtekero mukuru ufisemwo amafaranga 1600Fbu

                ii). Abanywanyi ba serevisi postpaye

                 -Ku buntu kugira winjiremwo/kuyivamwo bigirirwa ku mangazini ya Lumitel yose.

                 -Ibisabwa kugirango Roaming ikore koko:

  • Amahera y’ayandi mezi yakoze ategerezwa kubanza kurihwa
  • Gutanga kosio y’ibihumbi 80.000Fbu.Amahera mutanga akoreshwa kuri serevisi ya Roaming gusa.Ni mwakoresha ayo mahera I komte yanyu ica ihagarikwa gushika mushizemwo ayandi mahera muri konte yanyu. Imbere yo kuyihagarika murabimenyeshwa biciye mu butumwa bwa SMS. 

3. Menya Neza:

  • Uburusho bwa VAS, FREETALK, n’ibindi ntibikora kuri Roaming.Bonus y’iminota, ubutumwa bwa SMS canke ama MB burasubizwa iyo mugarutse mu Burundi igihe butaba burahera.
  • Iyo muri mu Burundi, nko ku mupaka hagati y’U Burundi n’ibindi bihugu nk’Urwanda, Tanzaniya na Kongo, I terefone yanyu ngendanwa irashobora kuja mu buhinga bwa oaming ubwo nyene ku mihora ya terefone y’ivyo bihugu. Muri ico gihe, muca mufatwa nk’uwukoresha Serevisi yacu ya Roaming kandi muca musabwa kuriha amahera yose mukoresha.
  • Ni nkuko mugiye hakurya mu mahanga, mukaguma ku mupaka hagati yigihugu n’ikindi, terefone yanyu ishobora gukoresha ubuhinga bwa Roaming ku mihora y’ico gihugu kindi.
  • Ni mwaba muriko mukoresha Roaming ku mihora ya Viettel (Metfone / Cambodge, Unitel / Laos, Timor / Timor de l’Est, Natcom / Haïti, Bitel / Pérou, Movitel / Mozambique, Nexttel / Cameroun), murihishwa ku musegonda, ni kuvuga ama segonda 6 guterana n’umwe(6sec+1sec).
  • Mukeneye kubaza, hamagara ibiro vyacu bijewe kwakira abanyanyi kuri nimero 100.