CUG (flotte)

Ibiciro

Amafranga (Fbu)

Unité (Fbu)

Iminota

Unité Zirungikwa bivanye nivyo uwujejwe umugwi yavuze

SMS mu murwi

internet

Kukwezi(MB)

Igiciro co guhamagara

Mu murwi

Igiciro co guhamagara hanze yumurwi

5.000

3.000

0

Biva kuwujejwe umugwi

Ntagitigiri

250

52Fbu/min

  • 120Fbu/min & 20Fbu/SMS kuri Lumitel
  • 175Fbu/min & 30Fbu/SMS kuyindi mihora

10.000

5000

100

Biva kuwujejwe umugwi

Ntagitigiri

500

120Fbu/min

12.000

5000

140

Biva kuwujejwe umugwi

Ntagitigiri

1024

Biva ku mutekero wahiswemwo

Biva ku mutekero wahiswemwo

Biva ku mutekero wahiswemwo

Biva kuwujejwe umugwi

Ntagitigiri

Biva ku mutekero wahiswemwo

Biva ku mutekero wahiswemwo

 

Inezereze ku biciro vya CUG na Lumitel gusa

 

-Ingene bikora

  • Hakenewe n’imiburiburi abantu batanu kugira umurwi ushinrwe
  • Iyandikwa rya CUG rishobora kubera mu buguriro bwa Lumitel bwose
  • Uwutwara umurwi ashobora gusaba kwongeramwo/canke gukuramwo abantu mu murwi
  • Igiciro co gushiramwo umunywanyi wundi mu murwi ni amafaranga 5000 ku munywanyi, gukuramwo umunyanyi ntibirihishwa.
  • Ubuhinga bw’umuhora burarungika ubutumwa bumenyesha amahera yo kuriha ku wutwara umurwi umusi ugira 25 mu minsi 30 yandikiwe umurwi wose.Kutariha imbere y’umusi ugira 30 bituma umurwi uca ufutwa.Abanywanyi b’umurwi baca bahinduka abanywanyi basanzwe ntibabe bakironka uturusho two mu murwi CUG

-Menya Neza

  • Imitekero ivana n’amafaranga umuntu yarishe kugira yinjire mu mugwi (5,000Fbu, 10,000Fbu, 12,000Fbu)
  • Kugira umenye Izina ry’umugwi fyonda *140*3# hama aho guhamagara.
  • Ama MB tuyongerako ukwambere kukwezi. Ama Lumitel Mb akoreshwa muma services ya Lumitel nka Musicbox, Amakuru, Mobiletv...)
  • Bonus (iminota, MB) arungikwa umunsi wa 1 w’ukwezi. Ama Lumitel Mb akoreshwa mu bisata vya Lumitel nka Musicbox, Amakuru, Mobiletv...
  • Abari mu mugwi umwe wa CUG bashobora kuba bakoresha imitekero itandukanye (prépayé, postpayé et AgaFixe)
  • Mu gihe Agafixe kinjiye mu mugwi wa CUG ukoresha umutekero usanzwe( aho abari mu mugwi bose bariha amafaranga angana) agafixe ihamagara kuri 36Fbu ku munota
  • Mu gihe Agafixe kinjiye mu mugwi wa CUG ukoresha imitekero itandukanye (aho abari mu mugwi umwe bariha amafaranga atandukanye) Agafixe gashobora kuriha amafaranga y’umutekero usanzwe canke umutekero wagenewe Agafixe.