Umutekero wa réseau sociaux

Umutekereo wa reseau sociaux ubafasha kuganira no kuja kuri facebook na whatsapp ataco mwinona. Uwu mutekero wagenewe abaguzi bamara umwanya munini kuri facebook na whatsapp kandi bakunda kuyaga n'incuti n'abagenzi umwanya wose.

 

Igiciro (Fbu)

Akarusho

Ikiringo(Iminsi)

200

Free access to Whatsapp + Facebook

Amasaha 24

1000

Iminsi 7

3500

Iminsi 30