Umutekero w'ijoro

Muryama mutevye muriko muranavigua kuri internet? Lumitel yabazaniye umutekero mushasha uzimbutse cane kandi ufise uturusho twinshi cane.
Ibaze nawe ufise amafranga 499Fbu tukuronsa 1,5GB za internet ugashobora kwumviriza umuziki, gutelechargea ama films  nibindi vyinshi. Ndetse ugaca uronka nubutumwa SMS bwokurungika kubuntu.
  • Gutelechargea biranyaruka cane kubera mwijoro atabantu benshi bakoresha internet
  • Ushobora kugura imiteker yose ushatse
  • Lumitel irusha iyindi mihora yose kuruyu mutekero.

Igiciro (Fbu)

Umutekero (MB)

Ikiringo

99

200MB + Free SMS on-net

De 0h à 6h chaque jour

499

1,5GB + Free SMS on-net

999

5GB + Free SMS on-net

1999

12GB + Free SMS on-net

2999

20 GB + Free SMS on-net

3999

30 GB + Free SMS on-net

  • Mushobora kwiyandikisha kuyu mutekero hagati ya sasita zijoro n'isaha cumi na zabiri mu gitondo.
  • Ugiye kuri internet inyuma yayo masaha, hagenda amafranga kurya bisanzwe.