POSTPAID - VIP

Ntimusubire kugira ibibazo vyo gushiramwo ama unite buri mwanya, ni mwinezereze n’ibiciro vyo guhamagara vya mbere vyiza, bizimbutse ndetse muce mwironkera uburusho bwose bw’umutekero usanzwe wa prépayé. Biroroshe, ibiciro birazimbutse, kandi muguma mugenzura ingene mukoresha uyo mutekero.

  • Mwiyagire uko mwipfuza kandi mugume mugenzura ayo mukoresha.
  • Mugumane amakanda y’ukungene murihishwa buri kwezi.
  • Ibiciro vyo guhamagara ku muhora wa 3G bizimbutse.
  • Ni muronke uburusho bw’umutekero wa prépayé.
  • Uburyo bwo kuriha bworoshe: mu mangazini yose ya Lumitel canke mukoresheje ikarata y’ama unité.

Kwiyandikisha

Ibiciro

Amafaranga atangwa mu gutangura

50.000Fbu

 

Ku muhora

Hanze y’umuhora

Guhamagara

98 Fbu/min

150 Fbu/min

Ubutumwa

20 Fbu

30 Fbu

MB

10 Fbu/MB

  • Kugira urabe ama inite usigiranye, fyonda kuri *135*

Ibiranga iki gisata:

  • Ubwa mbere, igiciro co kwiyandikisha ni 1000Fbu/kuwiyandikishije. 
  • Avanse ya mbere umu kiriya atanga ayangana na 50.000Fbu/ku kwezi. Nta giciro gihagaze kihari.Umu kiriya akoresha umutekero postpaid ashobora gukoresha ibice 100% vy’iyo avanse yatanze. Iyo yashikanye iyo avanse, umu kiriya ategerezwa kwongera gutanga ayandi kugira abandanye akoresha ico gisata . Azoca aronka ubutumwa bumumenyesha ko yakoresheje ibice 80% yayo yatanze.
  • Kuriha amafaranga yakoreshejwe biba umunsi ugira 5 buri kwezi, umu kiriya araronka igitigiri c’amafaranga ya facture y’ukwezi guheruka biciye mu butumwa canke ubutumwa ngurukana bumenyi. Umu kiriya ashobora kuriha amafaranga cash mu mangazini ya Lumitel yose canke akoresheje ikarata y’ama inite.
  • Kuriha ukoresheje I karata y’ama inite prepaye, umu kiria ashobora gufyonda *135# hama mwandike ibiharuro biri kuri iyo karata hamwe n’amahera angana n’ayari kuri facture. Iyo amahera arishwe asumba amahera ari kuri facture, hariho amahera arenga azotegerezwa kugenerwa facture ikurikira.
  • Facture ya postpaid irashobora kurihwa n’uwariwe wese, ariko nyene facture arashobora gusaba kubona akahise ka facture yiwe. Uwusavye akahise ka facture nta amafaranga ariha. Ariko mu nyuma y’izo arihishwa amafaranga 1000 imwe imwe.
  • Itariki yo kuriha facture ni ku wa 25 buri kwezi.Imbere yaho, abaguzi bategerezwa kuba barishe facture y’ukwezi  kwa mbere, canke umurongo wabo uca uhagarikwa. Haheze ikiringo c’imisi 90, ideni rya facture rigabanwa kuri avanse iba yatanzwe, hanyuma umunywanyi agahagarikwa.Iyo bishitse ideni rya facture rikaba musi kuri avanse iba yatanzwe, umu client ashobora kubikuza amahera arengako mu mangazini ya Lumitel igihe c’iminsi 90 ikurikira.