International Private Leased Line (IPLL)

IPLL ni igisata cubuhinga bwa internet gikoresha fibre optique gifasha itumatumana ryamakuru hagati yishirahamwe ryanyu rikoresheje umurongo wisangije wa LAN hamwe na IPLL. ikabafashe gutumatumanako mumutekano udasanzwe.

  • Akarusho ka  IPLL :
  • Umuhora unyaruka cane gushika kuri 1 Mbps
  • Umurongo wabagenewe kandi unyaruka cane
  • Fibre optique ya Lumitel ikwiye ama province yose yigihugu cuburundi.
  • IPLL yagenewe nde? :
  • Amashirahamwe afise ama province hagati mugihugu kuko fibre optique yacu ikwiye igihugu cose
  • Abakeneye umuhora unyaruka cane
  • Amashirahamwe manini manini, Ama banki, ibiro vya reta…

No

Umuvuduko (ubushobozi bw’umuhora)

Ibiciro buri kwezi (ikori rya18%)

Igiciro co gushira mu buryo ubuhinga

Menya Neza

1

1 Mbps

500,000

300,000

 

2

2 Mbps

950,000

300,000

 

3

3 Mbps

1,400,000

300,000

 

4

4 Mbps

1,850,000

300,000

 

5

6 Mbps

2,700,000

300,000

 

6

8 Mbps

3,550,000

300,000

 

Amafaranga yo gushira mu buryo ubwo buhinga arimwo : urutsinga rwa fibre optique n’ibikoresho vyo guhanahana amakuru. Mu gihe habaye ingorane, abahinga b’ishirahamwe ryacu bakora amasaha 24 ku 24, bakabikora vuba cane kugira ngo umunywanyi aronke serevisi nziza.

Hari ikibabakiye, ni muhamagare : 69900008

Mufise ikibazo kijanye nubuhinga: 69696969/69697979

Canke murungike email: corporate@lumitel.co.bi