Domestic Private Leased Circuit (DPLC)

DPLC ni ubuhinga bwimirongo yagenewe guhanahana amakuru ikoresheje ubuhinga bwa none. Ni igisata cagenewe amashirahamwe afise aba clients bakwiragiye hagati mugihugu cose.

  • Ni akahe karusho ka DPLC ?
  • Irazimbutse ntamahera itwara aba client.
  • ishirahamwe rikoresha umurongo wose kandi rikawisangiza.
  • Ihagaze neza ntiza irahinduka
  • ikora iminsi yose amasaha 24 kuri 24
  •  DPLC yagenewe nde?
  • Amashirahamwe matomato
  • Amashirahamwe manini manini
  • Amahoteri, amabanki...
  • Ibiro vya reta, Ama ambassades, Ama shirahamwe ataho yegamiye…

 

No

Umuvuduko (Ubushobozi bw’umuhora)

Ibiciro buri kwezi (ikori rya18%)

Igiciro co gushira mu buryo ubuhinga

Menya Neza

1

1 Mbps

300,000

300,000

 

2

2 Mbps

480,000

300,000

 

3

3 Mbps

675,000

300,000

 

4

4 Mbps

840,000

300,000

 

5

6 Mbps

1,080,000

300,000

 

6

8 Mbps

1,200,000

300,000

 

Amafaranga yo gushira mu buryo ubwo buhinga arimwo : urutsinga rwa fibre optique n’ibikoresho vyo guhanahana amakuru. Mu gihe habaye ingorane, abahinga b’ishirahamwe ryacu bakora amasaha 24 ku 24, bakabikora vuba cane kugira ngo umunywanyi aronke serevisi nziza.

Hari ikibabakiye, ni muhamagare : 69900008

Mufise ikibazo kijanye nubuhinga: 69696969/69697979

Canke murungike email: corporate@lumitel.co.bi