Serivisi

FREESMS

Murakunda kurungika ama SMS? shiramwo FREESMS hama urungike ama SMS menshi kugiciro kiri hasi

Plus ..

Family number

Family number ni igisata gifasha abanwanyi bose ba Lumitel guhamagara abagenzi n’incuti kuri 1fbu/Sec.

Plus ..

Yellow SIM

Ikarata Simu Lumitel y’umuhondo ni igisata ca Lumitel kibaha uburusho bwinshi bushimishije, ku biciro biri hasi. Lumitel ni umuhora wa mbere munini,...

Plus ..

Freetalk

Freetalk ni akarusho ka Lumitel kabafasha guhamagara ku giciro cambere ciza kizimbutse kw’isoko. Akarusho Freetalk karaborohereza mu kuronka ...

Plus ..

Roaming

Igisata ca Lumitel ca Roaming mu mahanga ifasha abanywanyi kuguma bavugana igihe bafashe ingendo mu mahanga bagashobora kuguma bakoresha ama karata...

Plus ..

Internet 3G

Internet ya 3G ni igisata kibafasha kuronka ubuhinga bwa Internet mwi karata SIM ya Lumitel kuri terefone, tablette, n’ibindi Vyuma. Umuhora wa...

Plus ..

Umutekero w'ijoro

Muryama mutevye muriko muranavigua kuri internet? Lumitel yabazaniye umutekero mushasha uzimbutse cane kandi ufise uturusho twinshi cane. Ibaze nawe...

Plus ..

Umutekero wa réseau...

Umutekereo wa reseau sociaux ubafasha kuganira no kuja kuri facebook na whatsapp ataco mwinona. Uwu mutekero wagenewe abaguzi bamara umwanya munini...

Plus ..

4G LTE

4G ni urunganwe rwa 4 rw’ubuhinga bwa none mubijanye n’imihora yo gutumatumanako amakuru. Ibaronsa umuvuduko unyaruka no gukoresha interenete ku...

Plus ..

Alerte Appels...

MCA(Missed Call Alert) N’igisata gifasha abanywanyi ba Lumitel kubona inomero zose zabahamagaye hakoreshejwe ubutumwa mugihe iterefone izimije...

Plus ..

Messagerie Vocale

Voicemail n'igisata gifasha abanywanyi ba Lumitel gusiga ubutumwa mugihe uwobahamagaye atashoboye kwitaba hamwe n'ukubwumviriza uhamagaye ku 804.

Plus ..

Veuillez m'appeler

Call Me Back nigisata kirekurira abanywanyi ba Lumitel gusaba uwundi munywanyi kumuhamagara. .Iki gisata gikoresha abanywanyi batagira amahera asabwa...

Plus ..

Musicbox

Musicbox n'igisata gitanga imizika uciye kurubuga rwa internet http://musicbox.bi/ gifasha abagikoresha kumviriza umuzika no kurondera indirimbo....

Plus ..

MobileTV

Mobile Tv n’igisata gihabwa abanywanyi ba Lumitel bakaraba itereviziyo hamwe n’amashusho y’indirimbo zibona bakoresheje amaterefone agezweho.

Plus ..

iShare

iShare ni igisata kirekurira abanywanyi ba Lumitel kurungikira amahera abandi banywanyi.

Plus ..

Akadiho

Akadiho n'igisata kirekurira abanywanyi ba Lumitel gushiramwa ururirimbo mukibanza cagakengeri gasanzwe kavuga mugihe baguhamagaye.

Plus ..

Film

Film ni igisata gifasha abanywanyi ba Lumitel kuraba ama film mumice itandukanye mukuja kuri httap://film.bi kuma smartphone yabo

Plus ..

Facebook USSD

Facebook USSD ni igisata gituma abanwanyi bose ba Lumitel baja kuri facebook batarinze gukoresha smartphone canke interenete yo mwi terefone.

Plus ..

POSTPAID - VIP

Ntimusubire kugira ibibazo vyo gushiramwo ama unite buri mwanya, ni mwinezereze n’ibiciro vyo guhamagara vya mbere vyiza, bizimbutse ndetse muce...

Plus ..

Agafixe

Agafixe ni ikidandazwa gishasha ca Lumitel Burundi, gifasha abanywanyi mu bijanye n’ubuhinga bw’ama telefone yo mu nzu, akarusho ka agafixe n’uko...

Plus ..

CUG (flotte)

Lumitel CUG ni igisata gifasha guhamagarana, kwandikiranira no kuja ku muhora wa internet ku bantu bari mu mirwi y’abakorana, abikorera utwabo,...

Plus ..

International...

IPLL ni igisata cubuhinga bwa internet gikoresha fibre optique gifasha itumatumana ryamakuru hagati yishirahamwe ryanyu rikoresheje...

Plus ..

Domestic Private...

DPLC ni ubuhinga bwimirongo yagenewe guhanahana amakuru ikoresheje ubuhinga bwa none. Ni igisata cagenewe amashirahamwe afise aba clients bakwiragiye...

Plus ..