Lumitel Inkuru Promotion Inkuru

Ironkere i telefone ku giciro c’akarusho mu gusozera neza Umwaka.

Dear Lumitel subscribers do not miss a great opportunity that you have been offered by your Communication Company, Lumitel. To help you celebrate Christmas and New Year, Lumitel offers you a promotion on 2G and 3G phones.

Ironkere telephone yuzuye uturusho

Ibishasha na Lumitel!!! Mukudahengeshanya korohereza abanywanyi bayo. Lumitel isubiye kubazanira bishasha.

‘’Lumitel Bahe’’Isango ntibagiranwa ku banwanyi ba Lumitel

Akamwemwe kari kose ku banwanyi ba Lumitel, aho bitabiriye isango bari bahawe n’ishirahamwe ryabo Lumitel kuri uno wa gatanu igenerekerezo rya 21 Mukakaro 2017, kugira ngo biyamurire utuganuke atahandi badukura atari mw’ishirahamwe rya mbere mu Burundi, Lumitel.

Gura ama unité na LumiCash kugiciro kigabanijwe

Lumitel iragabanya ibiciro kubice 8% n'ibice 5% kuma unités aguzwe hakoreshejwe Lumicash.

Akarusho kama terefone kumunsi wokwikukira

Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 54 Uburundi bumaze bwikukiye, Lumitel izanye AKARUSHO K’AGAKURA kugira yipfurize abanywanyi bayo umusi mukuru mwiza wo kwikukira.

Lumitel yazanye ‘’SPECIAL PROMOTION’’ ku ma terefone ya 2G

Kuva 11/04/2016 gushika 22/04/2016 Lumitel izoronsa akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa n’igabanywa ry’ibiciro riboneka, ama terefone yose y’ubwoko bwa Lumitel yagabanijwe gushika kuri 33%. L6204 et L6208 ubu igurwa 15.000Fbu, L6202 igurwa 17.000Fbu, L6203 igurwa 20.000Fbu, Agafixe kagurwa 30.000Fbu, n’izindi nyinshi.

AKARUSHO KUMA UNITE MUGUZE

Kuva 28/03/2016 gushika 15/04/2016 Lumitel irahaye akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa na internet ya mbere inyaruka mu Burundi. Ronka ama megabytes ku buntu ku ma unite yose uguze guhera ku ya 500Fbu.

UTURUSHO TURABANDANYA NA MEGA PROMOTION KANDI

Kuva 28/03/2016 gushika 08/04/2016 Lumitel irahaye akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa n’igabanywa ry’ibiciro riboneka, ama smartphones, modems n’ama routeurs yose ya Lumitel yagabanijwe igiciro gushika kuri 25%

HINDURA UKORESHE 4G

Mu ntumbero yo guha akaryo abanywanwi bayo ko kubona ubudasa bwa internet ya 4G, Lumitel yatanze akaryo ko kuyironka k’ubuntu.