Lumitel L6302

32.000 Fbu

30.000 Fbu

Shopping Guide

Lumitel L6302 ni terefone yambere mu Burundi irimwo imboneshakure (terevision) idakenera interenet. L6302 igurwa 30.000Fbu gusa. Sivyo gusa uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 18.000Fbu ikiringo camezi 6: 1000Fbu yo guhamagara, 1000Fbu ya SMS, 1000Fbu ya internet. Udashatse iyo carte SIM irmwo utwo turusho, uca uronka akarusho ka 2000Fbu kugiciro ciyo terefone. Utu turusho turi mumaduka yose ya Lumitel

Detalhes

Ibiyiranga

  • Raba terevisiyo utarinze gukoresha internet
  • Ecran: 2.4 pouces (240x320)
  • Camera, Radio, Bluetooth
  • Batterie: 1800mAh