Lumitel L6301

35.000 Fbu

32.000 Fbu

Shopping Guide

Lumitel L6301 ni terefone ifise ibateri yambere irambishe umuriro, ibaze nawe gushika kuminsi 30 udashize terefone kumuriro. L6301 irafise n' iradiyo, internet, camera, agatoroshi, ndetse na SIM 2 ivyo vyose kuri 32.000Fbu. Sivyo gusa uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 18.000Fbu ikiringo camezi 6: 1000Fbu yo guhamagara, 1000Fbu ya SMS, 1000Fbu ya internet. Udashatse iyo carte SIM irmwo utwo turusho, uca uronka akarusho ka 2000Fbu kugiciro ciyo terefone. Utu turusho turi mumaduka yose ya Lumitel

Detalhes

Ibiyiranga

  • Ijamwo ikarata SIM 2
  • Radio/internet
  • Camera n’ Itoroshi
  • Ibateri: 3000 mAh