Lumitel L6205_2017

30.000 Fbu

23.000 Fbu

Shopping Guide

Terefone izimbutse kuri bose, ijamwo amakarata SIM 2, ibateri irambisha umuriro, Camera na MP3. Sivyo gusa uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus ya 500Fbu igitangura gura gukora na 30 SMS na 30MBS buri kwezi mukiringo c’amezi 6 igihe mushizemwo 500Fbu . Utu turusho turi mumaduka yose ya Lumitel

Detalhes

Ibiyiranga

  • Ecran: 1.77” couleur
  • Camera, MP3
  • Torche, FM Radio
  • GPRS, WAP
  • ibateri: 1000 mAh