Lumitel L6203

25.000 Fbu

20.000 Fbu

Shopping Guide

Lumitel L6203 ni terefone izimbutse yagenewe abantu bose, ijamwo amakarata SIM 2, ibateri irambisha umuriro, Camera na MP3. Lumitel L6203 ni iterefone nziza cane mugashobora kuyironka kumafranga 25.000Fbu. Sivyo gusa uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 18.000Fbu ikiringo camezi 6: 1000Fbu yo guhamagara, 1000Fbu ya SMS, 1000Fbu ya internet. Udashatse iyo carte SIM irmwo utwo turusho, uca uronka akarusho ka 2000Fbu kugiciro ciyo terefone. Utu turusho turi mumaduka yose ya Lumitel

Detalhes

Ibiyiranga

  • Ijamwo ikarata SIM 2
  • Radio/internet
  • Camera n’ Itoroshi
  • Ibateri : 1800mAh