Routeur 4G (LR402)

200.000 Fbu

175.000 Fbu

Shopping Guide

4G ntikibaye iyabifise gusa kubwa routeur 4G LR402 ya mbere izimbutse. LR402 ibafasha kwi connecta kuri 4G aho muri hose, I batteri yayo ibafasha gusangira internet n’abagenzi umwanya wose mubishatse kandi ivyo vyose mukabironka ku giciro ataho kitaraboneka: 175.000Fbu yonyene. Muguze routeur muca muronka bonus ingana na 8GB: 3GB mugiheza kwiyandikisha na 1GB ku kwezi mu kiringo c’amezi 5.

Detalhes

IBIYIRANGA:

·        4G inyaruka

·        Wifi hotspot

·        I bateri ya 2400mAh

·        Ishobora guha connexion I machine zishika 10.