Routeur 3G (LR301)

150.000 Fbu

129.900 Fbu

Shopping Guide

Ni mukoreshe internet 3G mwongere muyisangire mukoresheje Routeur 3G ya Lumitel igakoresha ubuhinga bwa wifi na LAN. Iyo Routeur 3G ni nziza kandi irabereye Muhira no mubiro. Akarusho: uguze iyo Routeur 3G uca uronka Mega SIM. Ufise Mega SIM uronka 7GB za internet: 3.5GB uzisanga muri carte SIM ukiyigura (Izo Mega zifise ikiringo ciminsi 30), hama 3.5GB zisigaye ukazironka mubice ikiringo camezi 6 nukuvuga 600MB kukwezi kukwezi.

Detalhes

Ni mukoreshe internet 3G mwongere muyisangire mukoresheje Routeur 3G ya Lumitel igakoresha ubuhinga bwa wifi na LAN. Iyo Routeur 3G ni nziza kandi irabereye Muhira no mubiro. 

Akarusho: uguze iyo Routeur 3G uca uronka Mega SIM. Ufise Mega SIM uronka 7GB za internet: 3.5GB uzisanga muri carte SIM ukiyigura (Izo Mega zifise ikiringo ciminsi 30), hama 3.5GB zisigaye ukazironka mubice ikiringo camezi 6 nukuvuga 600MB kukwezi kukwezi.

IBIRIMWO:

  • Internet 3G inyaruka cane
  • Wifi hotspot (gusangira Wifi)
  • 4 LAN connection port
  • Ushobora guconnecta gushika kubikoresho 10