Mini Wireless Adapter - TP Link

25.000 Fbu

18.000 Fbu

Shopping Guide

Ni mukoreshe wifi kumashini yanyu nko kuri Laptop. Nta rutsinga rukenewe, iroroshe kw'installa, iroroshe gukoresha, kandi irorohereza abafise ibiro canke abashaka internet muhira. Iyi internet yagenewe abafise routeur 3G/4G. Vyongeye irabafasha kuziganya bidasanzwe.

Detalhes

Igikoresho cagenewe abashaka gukoresha wifi kumachini zabo

Ibirimwo

  • Connexion ya wifi idasanzwe gushika kumuvuduko wa 150Mbps uborohereza kuraba video canke guhamagarana mubonana
  • Cryptage de sécurité facile grace à une touche sans fil avec le bouton WPS
  • Irakorana na Windows 8.1 / 8/7 / Vista / XP, Mac OS X 10.7 ~ 10.10, Linux