L8502

186.000 Fbu

125.000 Fbu

Shopping Guide

Lumitel L8502 ifise ecran ya 5 pouces, ni nziza iroroshe gufata kandi ikoreshwa na Android. Ufise Lumitel L8502 urashobora kuri Facebook, Whatsapp, eka nibindi vyinshi. Sivyo gusa uguze iyi terefone uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 36.000Fbu ikiringo camezi 6: 5000Fbu ya internet na 1000Fbu ya SMS kukwezi.

Detalhes

Ibiyiranga

  • Android 4.4.2 (Kitkat)
  • Quad core 1.3Ghz, 1GB Ram, 8GB Rom
  • Ecran: 5” HD-IPS, Camera 5Mpx
  • Facebook, Whatsapp, Youtube,wifi