Galaxy J5

396.000 Fbu

369.000 Fbu

Shopping Guide

Samsung Galaxy J5 ni terefone ifise ecran ingana na 5pouces, ikoreshwa processeur ikomeye ya Snapdragon 410 ya 1.2GHz ifise 1.5GB RAM. Ifise camera yinyuma ya 13Mpx na camera yimbereya 5Mpx igira ama selfie meza cane. Sivyo gusa uguze iyi terefone uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 36.000Fbu ikiringo camezi 6: 5000Fbu ya internet na 1000Fbu ya SMS kukwezi.

Detalhes

Ibiyiranga

  • Ecran: 5.0” (HD)
  • CPU: Quad core 1.2 Ghz
  • Memoire: 8GB ROM + 1.5GB RAM
  • SIM: Double SIM
  • OS: Android 5.1 (Lollipop)
  • Camera: 13Mpx + 5Mpx
  • Batterie: 2600 mAh