Lumitel L6208

18.500 Fbu

17.900 Fbu

Shopping Guide

Terefone izimbutse kuri bose, ibateri irambisha umuriro, Camera na MP3. Lumitel L6208 ni iterefone nziza cane. Sivyo gusa uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 18.000Fbu ikiringo camezi 6: 1000Fbu yo guhamagara, 1000Fbu ya SMS, 1000Fbu ya internet. Udashatse iyo carte SIM irmwo utwo turusho, uca uronka akarusho ka 2000Fbu kugiciro ciyo terefone. Utu turusho turi mumaduka yose ya Lumitel

Detalhes

Ibiyiranga

  • Ecran: 1.77” couleur
  • Camera, MP3
  • Torche, FM Radio
  • GPRS, WAP
  • Batterie: 1000 mAh