Ibikoresho

Lumitel L6205_2017

23.000 Fbu

Terefone izimbutse kuri bose, ijamwo amakarata SIM 2, ibateri irambisha umuriro, Camera na MP3. Sivyo gusa uca uronka...

Plus ..

Lumitel L6101

30.000 Fbu

Agafixe ni ikidandazwa gishasha ca Lumitel Burundi, gifasha abanywanyi mu bijanye n’ubuhinga bw’ama telefone yo mu nzu,...

Plus ..

Lumitel L6208

17.900 Fbu

Terefone izimbutse kuri bose, ibateri irambisha umuriro, Camera na MP3. Lumitel L6208 ni iterefone nziza cane. Sivyo gusa...

Plus ..

Lumitel L6102

30.000 Fbu

L6102 ni terefone nshasha yo muri Lumitel, ije kunezera abanywanyi ba Lumitel. L6102 ni terefone ishobora gukoresha SIM...

Plus ..

Lumitel L6302

30.000 Fbu

Lumitel L6302 ni terefone yambere mu Burundi irimwo imboneshakure (terevision) idakenera interenet. L6302 igurwa 30.000Fbu...

Plus ..

L9501

168.000 Fbu

Uko mukoresha internet ntibizongera kuba kumwe mufise smartphone nshasha kandi izimbutse L9501. L 9501 ni smartphone...

Plus ..

L8404

79.000 Fbu

L8404 ni smartphone, ikorana na Android. urashobora kuja kuri facebook, WhatsApp, hamwe nibindi vyinshi ukoresheje L8404....

Plus ..

Lumitel L8402

95.000 Fbu

Ja kuri Facebook, WhatsApp, hamwe nibindi vyinshi ukoresheje L8402. Uguze iyi terefone uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo...

Plus ..

Modem 3G (L1501)

31.900 Fbu

Ni mukoreshe internet aho mugeze hose na Modem 3G ya Lumitel . Akarusho: uguze modem 3G uca uronka Mega SIM. Ufise Mega SIM...

Plus ..

Mini Wireless Adapter - TP Link

18.000 Fbu

Ni mukoreshe wifi kumashini yanyu nko kuri Laptop. Nta rutsinga rukenewe, iroroshe kw'installa, iroroshe gukoresha, kandi...

Plus ..

Routeur 4G (LR402)

175.000 Fbu

4G ntikibaye iyabifise gusa kubwa routeur 4G LR402 ya mbere izimbutse. LR402 ibafasha kwi connecta kuri 4G aho muri hose, I...

Plus ..

Routeur 3G (LR302)

67.800 Fbu

Ni mukoreshe internet 3G mwongere muyisangire mukoresheje Routeur 3G ya Lumitel igakoresha ubuhinga bwa wifi na LAN. Iyo...

Plus ..

Routeur 3G (LR301)

129.900 Fbu

Ni mukoreshe internet 3G mwongere muyisangire mukoresheje Routeur 3G ya Lumitel igakoresha ubuhinga bwa wifi na LAN. Iyo...

Plus ..