Lumitel L8404

100.000 Fbu

88.000 Fbu

Shopping Guide

L8404 ni smartphone, ikorana na Android. urashobora kuja kuri facebook, WhatsApp, hamwe nibindi vyinshi ukoresheje L8404. Sivyo gusa uguze iyi terefone uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 36.000Fbu ikiringo camezi 6: 5000Fbu ya internet na 1000Fbu ya SMS kukwezi.

Detalhes

Ibiyiranga

  • 4” WVGA( 480x800 pixels)
  • Dual core 1 Ghz
  • 4Gb Rom + 512Mb Ram
  • Android 4.4.2
  • Camera 2Mpx
  • Batterie 2000 mAh