L9501

268.000 Fbu

168.000 Fbu

Shopping Guide

Uko mukoresha internet ntibizongera kuba kumwe mufise smartphone nshasha kandi izimbutse L9501. L 9501 ni smartphone ikoresha 4G ifise ecran ya 5’’, ikoreshwa na android yanyuma igezweho kandi ijamwo Ikarata Simu 2. Ivyo vyiza vyose mubironka ku giciro gito cane kingana na 268.000Fbu. Uguze L9501 ucuronka bonus ingana na 3.5GB: 1GB uhejeje kwandikisha ikarata Simu na 500MB ku kwezi mu kiringo c’amezi 5.

Detalhes

Uko mukoresha internet ntibizongera kuba kumwe mufise smartphone nshasha kandi izimbutse L9501.

L 9501 ni smartphone ikoresha 4G ifise ecran ya 5’’, ikoreshwa na android yanyuma igezweho kandi ijamwo Ikarata Simu 2. Ivyo vyiza vyose mubironka ku giciro gito cane kingana na 268.000Fbu. Uguze L9501 ucuronka bonus ingana na 3.5GB: 500MB uhejeje kwandikisha ikarata Simu na 200MB ku kwezi mu kiringo c’amezi 5.

IBIYIRANGA :

  • 5’’ HD( 1280x720 pixels)
  • Quad core 1.3 Ghz
  • 8Gb Rom + 1GB Ram
  • Android 5.1
  • Camera 8Mpx
  • Batterie 2100 mAh