Galaxy J1

199.000 Fbu

175.000 Fbu

Shopping Guide

Samsung J1 ni terefone izimbutse irimwo. Ifise ubuhinga bwinshi budasanzwe nka ecran ya 4.4" ifise resolution ya 480x800, camera ya 5MP, GPS, Radio na 4GB za memoire. Sivyo gusa uguze iyi terefone uca uronka ikarata SIM kubuntu irimwo Bonus y'agakura ya 36.000Fbu ikiringo camezi 6: 5000Fbu ya internet na 1000Fbu ya SMS kukwezi.

Detalhes

Ibiyiranga

  • Ecran: 4.3”
  • CPU: Dual core 1.2 Ghz
  • Memoire: 4GB ROM + 512 MB RAM
  • SIM: Double SIM
  • OS: Android 4.4.4 (Kitkat)
  • Camera: 5Mpx + 2Mpx
  • Batterie: 1850 mAh