Lumitel Nouvelles Promotion Nouvelles

Promotion de téléphone pour la Fête independance

Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 54 Uburundi bumaze bwikukiye, Lumitel izanye AKARUSHO K’AGAKURA kugira yipfurize abanywanyi bayo umusi mukuru mwiza wo kwikukira.

Lumitel offre une ‘’SPECIAL PROMOTION’’ sur les téléphones 2G

Kuva 11/04/2016 gushika 22/04/2016 Lumitel izoronsa akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa n’igabanywa ry’ibiciro riboneka, ama terefone yose y’ubwoko bwa Lumitel yagabanijwe gushika kuri 33%. L6204 et L6208 ubu igurwa 15.000Fbu, L6202 igurwa 17.000Fbu, L6203 igurwa 20.000Fbu, Agafixe kagurwa 30.000Fbu, n’izindi nyinshi.

PROMOTION SUR TOUTES LES RECHARGES

Kuva 28/03/2016 gushika 15/04/2016 Lumitel irahaye akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa na internet ya mbere inyaruka mu Burundi. Ronka ama megabytes ku buntu ku ma unite yose uguze guhera ku ya 500Fbu.

PLUS PROMOTION AVEC LA MEGA PROMOTION ENCORE

Kuva 28/03/2016 gushika 08/04/2016 Lumitel irahaye akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa n’igabanywa ry’ibiciro riboneka, ama smartphones, modems n’ama routeurs yose ya Lumitel yagabanijwe igiciro gushika kuri 25%

PASSEZ A LA 4G GRATUITEMENT

Mu ntumbero yo guha akaryo abanywanwi bayo ko kubona ubudasa bwa internet ya 4G, Lumitel yatanze akaryo ko kuyironka k’ubuntu.

PROMOTION SUR LES CARTES SIM

Mu ntumbero yo guhimbaza umwaka Lumitel imaze ikorera mu Burundi, Kuva 03/03/2016 gushika 10/03/2016 Lumitel iragabanije bimwe biboneka igiciro c’ikarata SIM. Kuri 200Fbu gusa muronka ikarata SIM irimwo bonus ya 1.000Fbu na 30SMS+30MB uronka ku kwezi c’amezi 3.

MEGA PROMOTION

Kuva 03/03/2016 gushika 10/03/2016 Lumitel izoronsa akaryo abanywanyi bayo ko guhimbarwa n’igabanywa ry’ibiciro riboneka, ama terefone yose y’ubwoko bwa Lumitel yagabanijwe gushika kuri 25%. L6204 et L6208 ubu igurwa 15.000Fbu, L6202 igurwa 17.000Fbu na L6203 igurwa 20.000Fbu.

ACHETER DES TELEPHONES LUMITEL, GAGNER UN MEGA BONUS!

Kuva 18/01, Lumitel ibazaniye MEGA BONUS ku ma terefone yose adandazwa mu ma mangazini ya Lumitel ari mu gihugu cose.

NOUVELLE PROMOTION sur les cartes SIM

Nturi umunywanyi wa Lumitel? Uyu niwo mwanya wawe